IMANA NI NZIZA

Accueil » Ijambo ry'Imana (La Parole de Dieu) » Indwi ya 13 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années paires)

Indwi ya 13 yo mu mwaka : ku wa mbere (Années paires)

Catégories

NOTES AUX VISITEURS

Vous qui visiterez ce blog, vous y trouverez beaucoup de choses qui vous aident à améliorer vos connaissances en matière de vie spirituelle. Nous ne doutons pas que vous en ayez beaucoup d’autres à partager avec nous . Au cas où vous constateriez une erreur (ce qui n’est ni envisagé ni souhaité) vous êtes priés de nous le signaler. Au cas où vous n’en trouveriez aucune, votre contribution reste toujours la bienvenue.

Appelez au numéro qui vous est donné ou écrivez à l’adresse qui vous est indiquée ci-après pour plus d’informations :

Tél: +39.3774566710 ou +25779878480
e-mail: yohani.karabudiyo@gmail.com


IGISOMWA CA MBERE 

Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Amosi (2, 6-10, 13-16)

Ng’iri iriyazwe n’Umukama:
Kubera amashano atatu yakozwe n’Abanyisrayeli,
akaba ari ane nyene,
ng’iyi inama nigiriye ubutacisubirako!
Kuko baguze umuntu w’intungane amahera,
umworo na we bakamugura inkweto;
kuko bamenaguye imitwe y’abantu batobato,
bakazimiza inzira z’abatagira uburyo;
kuko umwana na se wiwe binjirira umwigeme umwe,
bagatukisha izina ryanje ryeranda;
kuko bahora biryamira iruhande y’uruhimbi rwose
ku mpuzu z’inkîzūrano,
bakanywa imvinyu baciriyeko iciru abandi,
bakayinywera mu ngoro y’Imana yabo…
kandi akaba ari jewe nari nakuye Abemori imbere yabo,
n’aho uburebure bwabo bwari bumeze nk’ubw’amasederi,
ubukomezi bwabo bukamera nk’ubw’ibiti bigumye:
nari natikije ivyamwa vyabo ndabihereye mu kirere,
ngatikiza imizi yabo ndayihereye mu kuzimu.

IZABURI (Turacayirindiriye!)

INKURU NZIZA

Aleluya, aleluya.

Jewe ndi umuco w’isi,
uwunkurikira azoronka umuco w’ubuzima.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Matayo (8, 18-22)

Yezu abonye abantu isinzi bamukikije, ababwiriza kujabuka ku yindi nkombe. Umwanditsi aramwegera ati: «Mwigisha, nzogukurikira iyo uzoja hose.» Yezu amubwira ati: «Imbwebwe ziri n’aho ziba, inyoni zo mu kirere zikagira ivyari, yamara Umwana w’umuntu ntafise aho akika umusaya.»
Uwundi mu bagendanyi biwe amubwira ati: «Mukama, ndikebanuye, mbanze nje guhamba dawe.» Yezu na we amwishura ati: «Nkurikira, ureke abapfu bahambe abapfu babo.»


Répondre

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google

Vous commentez à l'aide de votre compte Google. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

Connexion à %s

Ce site utilise Akismet pour réduire les indésirables. En savoir plus sur la façon dont les données de vos commentaires sont traitées.

Le Symbole de Nicée-Constantinople

Πιστεύμεν εἰς ἕνα θεὸν πατέρα παντοκράτορα, ποιητὴν οὐρανοῦ καὶ γῆς, ὁρατῶν τε πάντων καὶ ἀοράτων. καὶ εἰς ἕνα κύριον Ἰησοῦν Χριστόν, τον υἱὸν τοῦ θεοῦ τὸν μονογενῆ, τὸν ἐκ τοῦ πατρὸς γεννηθέντα πρὸ πάντων τῶν αἰώνων, φῶς ἐκ φωτός, θεὸν ἀληθινὸν ἐκ θεοῦ ἀληθινοῦ, γεννηθέντα, οὐ ποιηθέντα, ὁμοούσιον τῷ πατρί, δι’ οὗ τὰ πάντα ἐγένετο· τὸν δι’ ἡμᾶς τοὺς ἀνθρώπους καὶ διὰ τὴν ἡμετέραν σωτηρίαν κατελθόντα ἐκ τῶν οὐρανῶν καὶ σαρκωθέντα ἐκ πνεύματος ἁγίου καὶ Μαρίας τῆς παρθένου καὶ ἐνανθρωπήσαντα, σταυρωθέντα τε ὑπὲρ ἡμῶν ἐπὶ Ποντίου Πιλάτου καὶ παθόντα καὶ ταφέντα καὶ ἀναστάντα τῇ τρίτῃ ἡμέρᾳ κατὰ τὰς γραφάς, καὶ ἀνελθόντα εἰς τοὺς οὐρανούς, καὶ καθεζόμενον ἐκ δεξιῶν τοῦ πατρός, καὶ πάλιν ἐρχόμενον μετὰ δόξης κρῖναι ζῶντας καὶ νεκρούς· οὗ τῆς βασιλείας οὐκ ἔσται τέλος. Καὶ εἰς τὸ πνεῦμα τὸ ἁγιον, τὸ κύριον, τὸ ζωοποιόν, τὸ ἐκ τοῦ πατρὸς ἐκπορευόμενον, τὸ σὺν πατρὶ καὶ υἱῷ συμπροσκυνούμενον καὶ συνδοξαζόμενον, τὸ λαλῆσαν διὰ τῶν προφητῶν. Εἰς μίαν, ἁγίαν, καθολικὴν καὶ ἀποστολικὴν ἐκκλησίαν. ὁμολογοῦμεν ἕν βάπτισμα εἰς ἄφεσιν ἁμαρτιῶν, προσδοκῶμεν ἀνάστασιν νεκρῶν καὶ ζωὴν τοῦ μέλλοντος αἰῶνος. ἀμήν.

%d blogueurs aiment cette page :